SOLFIND
Web Lens
Portal home

Urupapuro rw'itangiriro - BBC News Gahuza

https://www.bbc.com/gahuza • 375 KB fetched
Open original page


Urupapuro rw'itangiriro - BBC News Gahuza BBC News, Gahuza Simbira ku birimwo * Uru rupapuro, Urupapuro rw'itangiriro * Raba * Umviriza Imice * Urupapuro rw'itangiriro * Ibiyaga binini * Afrika * Mpuzamahanga * Ubuzima * Imikino * Ubumenyi * Ibiyaga binini * Afrika * Mpuzamahanga * Ubuzima * Imikino * Ubumenyi BBC News , Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu Kanda hano udusange yo Inkuru iri kw'isonga * Kenya yahumurije Abarundi babayo ibizeza ko izobakingira Korir Sing'Oei, umunyamabanga mukuru mu bushikiranganji bwa Kenya bujejwe imigenderanire n'ayandi makungu, ku wa mbere yagiye kubahumuriza kuri ambasade y'Uburundi i Nairobi. * Kenya yahaye abanyamahanga imisi 90 yo gutunganya ivyangombwa vyabo Iryo tangazo rivuga riti: “Mu misi 90 iri imbere, Leta izokora igikorwa gitunganijwe neza co gufasha abarabwa n’iki kibazo kwubahiriza ibisabwa n’amategeko.” * 'Nkora akazi ko gutwitira abandi kandi byampaye inyungu' Lorna Fidelia avuga ko gutwirira abandi n'umwuga umutunze. Yabyaye abana batatu mu myaka mike ishize none ubu arashaka kubyara undi mwana. Haciye amasaha 9 * Ibintu by'ingenzi umukobwa agomba kumenya mbere yo gushaka Nubwo abantu benshi babona ishyingiranwa nk'umunsi w'ibirori n'ibyishimo gusa, abahanga bavuga ko ishyingiranwa ari ibirenze ibyo; risaba kwihangana, gusobanukirwa, kwiyemeza no kumenya ubuzima ugiye kujyamo. 8 Ukw'icenda 2026 * Canada yiteguye intambara ndende y'ubucuruzi mu gihe imisoro yayo yo kwihorera kuri Amerika yatangiye * Koreya ya Ruguru n'Uburusiya byafunguye iteme rya mbere ry'umuhanda rihuza ibihugu byombi * Abarundi 600 bapfungiwe ku mupaka wa Kenya na Tanzania Amagana y'abarundi bageze kuri ambasade y'uBurundi muri Kenya gushaka ibyangombwa by'inzira kugirango batahe mu gihugu cy'abo nyuma yaho Perezida William Ruto ategetse guhagarikwa kw'ibikorwa by'abanyamahanga * Hafidh Ameir: Umugabo wa Samia utarakunze kugaragara yari muntu ki? Mu bana babo harimo Wanu Hafidh Ameir, umunyapolitiki uhagarariye agace ka Makunduchi mu Nteko Ishinga Amategeko, akaba n’Umuyobozi Wungirije muri Minisiteri y’Uburezi, Ikoranabuhanga n’Ubumenyi. 7 Ukw'icenda 2026 * Ibyo wamenya ku mabwiriza Perezida wa Kenya yatanze ku banyamahanga atangira gushyirwa mu bikorwa none Uyu munsi Kenya iratangira igikorwa cyo guhagarika abanyamahanga bafite amaduka mato banakora ibikorwa byo gucuruza ibicuruzwa badafite ibyangombwa byemewe n'amategeko, nyuma y'uko Perezida William Ruto yategetse abayobozi guhagarika ubucuruzi nk'ubwo. 7 Ukw'icenda 2026 * Ambasade y'u Burundi muri Kenya ivuga ko igiye gufasha abifuza gutaha Ambasade y'u Burundi ibitangaje nyuma yuko Perezida wa Kenya ategetse ko guhera ku wa mbere nta munyamahanga uzongera gukora ubucuruzi buciriritse cyangwa gutembereza ibicuruzwa mu muhanda. 6 Ukw'icenda 2026 * Rwanda: Herekanywe abarenga 80 bacyekwaho gukopeza ibizamini bya leta Ibyabaye mu bizamini bisoza amashuri abanza byongeye kubyutsa impungenge ku ireme ry'uburezi butangwa mu mashuri yo mu Rwanda. 6 Ukw'icenda 2026 * Inkongi y'umuriro yishe abantu nibura 12 muri 'salle' y'iminsi mikuru i Kinshasa Abategetsi bavuga ko icyateye uwo muriro, ahavugwa ko hari harimo kubera ibirori byo kwiyakira mu bukwe, kitaramenyekana ariko ko amaperereza akomeje. 6 Ukw'icenda 2026 Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo * BBC GAHUZA WhatsApp Channel: Uko wayinjiramo ukajya ubona amakuru ako kanya 2 Ukw'icumi na kabiri 2024 * ONU yatoye yemeza ikarita nshya y'isi yo kugaragaza ingano nyayo y'Afurika Uwo mwanzuro wavuye ku gitekerezo cyatanzwe na Togo washyigikiwe n'ibihugu 164 – Amerika ni cyo gihugu cyonyine cyatoye kitawushyigikira. 5 Ukw'icenda 2026 * 'Turi mu bwoba, bamwe batubwira ngo barindiriye umunsi babirye kuri gusa'-umurundi atembereza ibicuruzwa i Nairobi Mu nama n'abagwizatunga b'ibigo bitobito n'ibibayabaye ku wa gatatu, Prezida William Ruto yababwiye ko hari ubucuruzi butemerewe abanyamahanga. 4 Ukw'icenda 2026 * M23 yagiriza igisirikare ca reta ya Congo kurasa indege yari itwaye imfashanyo AFC-M23 yavuze ko kurasa iyo ndege ari igikorwa c’iterabwoba, yongerako ko bishobora gutuma amagorwa abanyagihugu barimwo arushiriza kwongerekana 3 Ukw'icenda 2026 * Kenya yabujije abanyamahanga gukora urudandazwa rubayabaye Muri Kenya hari abanyamahanga benshi bava mu bihugu vy'akarere bakora imirimo ibayabaye irimwo gutembereza ibidandazwa n'ivyo kurya no gukora mu mazu yo gutunganya imishatsi. 2 Ukw'icenda 2026 * Rosenberg: Inkeke iteruye ya Putin ku Bwongereza iri muri gahunda y'Uburusiya yo guhangana n'Uburengerazuba Perezida w'Uburusiya arashaka ko Ubwongereza bukomeza gushidikanya – no guhangayika – ku migambi nyakuri ya Moscow. 3 Ukw'icenda 2026 * Tshisekedi na Netanyahu biyemeje gushimangira umubano mu by'umutekano n'ubukungu Uruzinduko rwa Tshisekedi i Yeruzalemu rukurikiye urwo Perezida wa Israel yagiriye i Kinshasa mu mwaka wa 2025. 2 Ukw'icenda 2026 Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet? Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza Ja ku rubuga lite rutazimba Video * 0:47 Video, BBC Gahuza ubu turi kuri YouTube , Umwanya bimara 0,47 11 Ukwa gatandatu 2026 * 2:45 Video, "Naramurebye numva umutima urankutse" - Umucungagereza warindaga imfungwa yishe umuryango we muri Jenoside , Umwanya bimara 2,45 13 Ukwa kane 2026 * 1:57 Video, Umurundi Chris Ndikumana akwiragiza ubutumwa Kanguka ni nde? , Umwanya bimara 1,57 6 Ukwa kabiri 2026 * 1:37 Video, Uganda: Reba uko igitondo cy'umunsi w'amatora cyari cyifashe i Kampala , Umwanya bimara 1,37 15 Ukwa mbere 2026 BBC Gahuza LIVE RADIO Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT. Kanda wumve Ibiganiro bya radiyo * Amajwi, Amakuru ya Gahuzamiryango * Amajwi, Imvo n'Imvano * 59:00 Amajwi, Imvo n'Imvano: Mbega mu Rwanda abagore bategerezwa kwambara gute? , Umwanya bimara 59,00 5 Ukw'icenda 2026 * 59:00 Amajwi, Imvo n'Imvano n'umunyepolitike atavuga rumwe na reta y'Uburundi, Agathon Rwasa , Umwanya bimara 59,00 8 Ukw'umunani 2026 Imikino * Messi yasezeye mu mugwi nserukiragihugu wa Argentine, "ata kindi asigaje gutanga." 31 Ukw'umunani 2026 * Ayavugwa mu mupira w'amaguru : Bishobora kuba ngombwa ko Arsenal itanga ayarenga miliyoni 60 kugira ironke Osimhen 16 Ukw'umunani 2026 * Nottingham yaguze Diomande, myugariro w'umunya Côte d'Ivoire yahora akinira Sporting 11 Ukw'umunani 2026 * APR FC yandikiye CAF isaba ko imikino iyihuza na Les Aigles du Congo yimurirwa ahandi 10 Ukw'umunani 2026 Podcasts * Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye * Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore Ikiganiro cy’abagore * Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango * Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana * Amajwi, Podcast: Baza Muganga Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango Dukurikire kuri * WhatsApp * Facebook * X * YouTube Izisomwa na benshi * 1 Kenya yahumurije Abarundi babayo ibizeza ko izobakingira * 2 'Nkora akazi ko gutwitira abandi kandi byampaye inyungu' * 3 Hafidh Ameir: Umugabo wa Samia utarakunze kugaragara yari muntu ki? * 4 Abarundi 600 bapfungiwe ku mupaka wa Kenya na Tanzania * 5 Ibintu by'ingenzi umukobwa agomba kumenya mbere yo gushaka Amarembo ngirakamaro * Uhora ugira ibibazo vyo kuja ku rubuga rwa BBC Gahuza? Ubu ni uburyo wokoresha * Reba ibiganiro byose * Abandi Dukorana Bona amakuru mu zindi ndimi Kanda hano BBC News, Gahuza * Igituma ushobora kwizera BBC News * Ingingo zo gukoresha urubuga * Ibijanye na BBC * Ibigenga n'ubuzima bwite * Cookies * Vugana na BBC * Bona amakuru mu zindi ndimi * Do not share or sell my info © 2026 BBC. BBC ntibazwa ibivuye ku zindi mbuga. Soma ibijanye n'aho duhagaze ku mihora ijana ahandi

Links found on this page

  1. BBC News, Gahuza [direct]
  2. Raba [direct]
  3. Umviriza [direct]
  4. Ibiyaga binini [direct]
  5. Afrika [direct]
  6. Mpuzamahanga [direct]
  7. Ubuzima [direct]
  8. Imikino [direct]
  9. Ubumenyi [direct]
  10. Kanda hano udusange yo [direct]
  11. Kenya yahumurije Abarundi babayo ibizeza ko izobakingira [direct]
  12. Kenya yahaye abanyamahanga imisi 90 yo gutunganya ivyangombwa vyabo [direct]
  13. 'Nkora akazi ko gutwitira abandi kandi byampaye inyungu' [direct]
  14. Ibintu by'ingenzi umukobwa agomba kumenya mbere yo gushaka [direct]
  15. Canada yiteguye intambara ndende y'ubucuruzi mu gihe imisoro yayo yo kwihorera kuri Amerika yatangiye [direct]
  16. Koreya ya Ruguru n'Uburusiya byafunguye iteme rya mbere ry'umuhanda rihuza ibihugu byombi [direct]
  17. Abarundi 600 bapfungiwe ku mupaka wa Kenya na Tanzania [direct]
  18. Hafidh Ameir: Umugabo wa Samia utarakunze kugaragara yari muntu ki? [direct]
  19. Ibyo wamenya ku mabwiriza Perezida wa Kenya yatanze ku banyamahanga atangira gushyirwa mu bikorwa none [direct]
  20. Ambasade y'u Burundi muri Kenya ivuga ko igiye gufasha abifuza gutaha [direct]
  21. Rwanda: Herekanywe abarenga 80 bacyekwaho gukopeza ibizamini bya leta [direct]
  22. Inkongi y'umuriro yishe abantu nibura 12 muri 'salle' y'iminsi mikuru i Kinshasa [direct]
  23. BBC GAHUZA WhatsApp Channel: Uko wayinjiramo ukajya ubona amakuru ako kanya [direct]
  24. ONU yatoye yemeza ikarita nshya y'isi yo kugaragaza ingano nyayo y'Afurika [direct]
  25. 'Turi mu bwoba, bamwe batubwira ngo barindiriye umunsi babirye kuri gusa'-umurundi atembereza ibicuruzwa i Nairobi [direct]
  26. M23 yagiriza igisirikare ca reta ya Congo kurasa indege yari itwaye imfashanyo [direct]
  27. Kenya yabujije abanyamahanga gukora urudandazwa rubayabaye [direct]
  28. Rosenberg: Inkeke iteruye ya Putin ku Bwongereza iri muri gahunda y'Uburusiya yo guhangana n'Uburengerazuba [direct]
  29. Tshisekedi na Netanyahu biyemeje gushimangira umubano mu by'umutekano n'ubukungu [direct]
  30. Ja ku rubuga lite rutazimba [direct]
  31. Video [direct]
  32. Video, BBC Gahuza ubu turi kuri YouTube , Umwanya bimara 0,47 [direct]
  33. Video, "Naramurebye numva umutima urankutse" - Umucungagereza warindaga imfungwa yishe umuryango we muri Jenoside , Umwanya bimara 2,45 [direct]
  34. Video, Umurundi Chris Ndikumana akwiragiza ubutumwa Kanguka ni nde? , Umwanya bimara 1,57 [direct]
  35. Video, Uganda: Reba uko igitondo cy'umunsi w'amatora cyari cyifashe i Kampala , Umwanya bimara 1,37 [direct]
  36. Amajwi, Amakuru ya Gahuzamiryango [direct]
  37. Amajwi, Imvo n'Imvano [direct]
  38. Amajwi, Imvo n'Imvano: Mbega mu Rwanda abagore bategerezwa kwambara gute? , Umwanya bimara 59,00 [direct]
  39. Amajwi, Imvo n'Imvano n'umunyepolitike atavuga rumwe na reta y'Uburundi, Agathon Rwasa , Umwanya bimara 59,00 [direct]
  40. Messi yasezeye mu mugwi nserukiragihugu wa Argentine, "ata kindi asigaje gutanga." [direct]
  41. Ayavugwa mu mupira w'amaguru : Bishobora kuba ngombwa ko Arsenal itanga ayarenga miliyoni 60 kugira ironke Osimhen [direct]
  42. Nottingham yaguze Diomande, myugariro w'umunya Côte d'Ivoire yahora akinira Sporting [direct]
  43. APR FC yandikiye CAF isaba ko imikino iyihuza na Les Aigles du Congo yimurirwa ahandi [direct]
  44. Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano [direct]
  45. Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore [direct]
  46. Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango [direct]
  47. Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana [direct]
  48. Amajwi, Podcast: Baza Muganga [direct]
  49. WhatsApp [direct]
  50. Facebook [direct]
  51. X [direct]
  52. YouTube [direct]
  53. Uhora ugira ibibazo vyo kuja ku rubuga rwa BBC Gahuza? Ubu ni uburyo wokoresha [direct]
  54. Reba ibiganiro byose [direct]
  55. Abandi Dukorana [direct]
  56. Kanda hano [direct]
  57. Igituma ushobora kwizera BBC News [direct]
  58. Ingingo zo gukoresha urubuga [direct]
  59. Ibijanye na BBC [direct]
  60. Ibigenga n'ubuzima bwite [direct]
  61. Cookies [direct]
  62. Vugana na BBC [direct]
  63. Soma ibijanye n'aho duhagaze ku mihora ijana ahandi [direct]